Duration 3:47

Abamenyeshamakuru b'inkino ngo barafise ibibazo bijanye nukubura ibikoresho n'uburyo

379 watched
0
4
Published 2 Jul 2021

#Burundi Abamenyeshamakuru makuru b'inkino (Kevin Gakiza,Nishirimbere Olivier,Arsène Bucuti,Barandereka Frank) baganiriye na #Mashariki_Tv bavuga bashima urugero bagezeko ariko ngo bafise ibibazo bijanye nukubura ibikoresho n'uburyo ,ivyo bigatuma badakora nkuko bavyifuza. Ivyo babivuze mugihe kurunomunsi igenekerezo rya 2 Mukakaro ari umunsi wahariwe Abamenyeshamakuru b'inkino.

Category

Show more

Comments - 0